Iki kibazo ukibajije abantu bubakanye, ushobora gutangazwa no kuronka inyishu zibiri zitandukanye, atanico zipfana. urugo ruba rwiza ku muntu iyo yumva afise ico ariko ararwungukiramwo. urukundo ruri mu vy’ubaka. rwonyene, sinzi aho rwogeza. iri jambo ryihishijemwo vyinshi ndababwire. reka ndaryihoze, ntirize rimpitane! nciye nibuka ka karirimbo
somandika
somandika
Ses blogs
Articles :
42
Depuis :
22/03/2013
Categorie :
Littérature, BD & Poésie
Articles à découvrir
Twaraciye hirya n’ino mu ma articles aheruka, kugire umwe wese agire sa propre vision du couple et du mariage. jewe ndi umuntu adashaka guhomba, naravyemanze. uwuri hano ati : ngishika mu rugo, rapidement numvise umengo ni nko kwinjira mu nzu iva. nca nja muvyo kugerageza gusakara, kugira ngo amazi ntiyinjire ari menshi, ngo bimviremwo gutwarwa.
Mumbabarire ngireko ngira bilan, kuko irandemereye gose ! ni nayivuga, je sens ko nza kworoherwa. bilan rero, ntarinze ndaca hirya n’ino, nk’uko babivuga mu gifaransa, sans trop tourner autour du pot, bilan ya mariage ndimwo haciye hafi imyaka icenda ni : +20 kgs. basha, ego kabisa. ni nk’uko ngenda nikoreye umufuko w’ibiharage wa 20 kgs. m
Tout commence ce matin, je fais le premier tour de marche au jardin public avec une amie (ne vous moquez pas, à chacun son sport). elle me dit qu’ elle se sent nulle parce qu’elle venait de réaliser que « papaoutai » voulait dire « papa où t’es ». de là, on commence à discuter à propos du regard que nous portons sur nos manques (abs
Dernièrement un bon ami du lycée est venu me voir à la maison… sa visite m’a fait vraiment plaisir ! on a bien parlé (beaucoup de la recherche de boulot, parce que oui, je suis actuellement à la recherche d’un travail …bref !) et on en est arrivé à mon blog. il m’a suggéré de me faire connaître, de me vendre comme il faut, etc.,
Un de mes projets *je vois déjà quelqu’un se couvrir le visage en pensant aux nombreux projets que j’ai. ntugire ubwoba nsinshaka kuvuga bimwe vyo kuba umu danseuse étoile #mdr* -on est ambitieux ou on ne l’est pas, j’ai envie de dire- est de devenir humoriste à temps partiel. j’adore rire, et je suis vraiment friande des moments de r
Je ntaco dupfa n’abakozi bo mu nzu. nta n’ico tuzokwigera dupfa, ni bakomere ku murimo wabo, bari n’ikimazi gikomeye ! mbega murazi ko nagakoze ? naragakoze kweli, nkiri umunyeshule. kandi vyaheze banyirukanye… none mushaka nze ndababesha ko i wanje tout va et a toujours été bien ? hahahahahaha. wapi. uwushaka kumenya vyiza gusa vyanje, n
Ndabateguze basomyi beza, ngiye kuvuga ukwo urugo rwiza rumera, ku bwanje. jewe nubatse rumwe, kandi ubushize nababwiye ko mfise urugo rwiza (ku bwanje, uwundi n’ukuri sindamuvugira). navuze ko ibibondo vyanje ndabifata nk’amashirahamwe. nanje nifata nk’ishirahamwe, kuko mfise abakoze kugire nkure. banshizemwo de l’énergie, des valeurs, de
Je ne cherche pas des amis parfaitsmon imperfection leur ferait pousser des cheveux gris.ils essaieraient de me rendre parfaite alors quemes imperfections me rendent plus humaine. je ne cherche pas des amis imparfaitsils viendraient rajouter une couche à mon imperfection.je n’aurai rien à partager avec eux si,ils ne peuvent m’apporter un peu
Le genre de message qu'on reçoit et qui fait vraiment chaud au coeur. bonne lecture et merci à la petite étoile qui me l'a envoyé :) ; rm ---------------- mon enfant, je regarde jusqu’au fond de ton cœur et je sais tout de toi.(ps 139,1) je sais quand tu t’assieds et quand tu te lèves.(ps 139,2) je te vois quand tu marches et quand tu te